Ivya Arusha vyatanguye kuba akananira bahinga abagiye baserukiye UPD zigamabinga bihakanwe :amajwi

Share this news

Mu gihe ibiganiro bihuza abarundi mu gihugu ca Tanzania mu gisagara ca Arusha bigeze kumusi wavyo ugira indwi bamwe mubagiye kwitaba ivyo biganiro batanguye kwihakanwa nabasanzwe barongoye imigabwe bagiye baserukiye murivyo biganiro. Abambere batanguye kwihakanwa n’abagiye guserukira umugabwe UPD Zigamabinga usanzwe uzwi neza kuri mur’imwe mu migabwe itavuga rumwe na Reta. Nkuko vyashikirijwe n’uwusanzwe aserukira […]

Messi yabaye umwami w’umupira wamaguru kw’isi ,agenerwa amahera atawundi mukinyi yari bwayegereze

Share this news

Lionel Messi kizigenza w’umurwi wa Argentine akaba n’umusatirizi adasanzwe wa FC Barcelona akongera akaba n’umukinyi wambere kw’isi amaze kuronka imipira y’inzahabu myishi,yongeye kwanikira bagenzi biwe mu bijanye n’umushahara yagenewe n’umurwi wiwe aho yahawe umushahara utuma aba umukinyi wambere kw’isi nzima azoba ahebwa amahera menshi mu mupira wamaguru kw’isi. Ibi Lionel Messi yabishitseko inyuma yaho aherewe […]

Ntibisanzwe ,umviriza agashavu n’umwidogo k’umukobwa w’iBujumbura yidoga kubera yagiye kuraba umuhungu ntamurye :😂😂🤣🤣

Share this news

Asa n’uwushavuye cane umukobwa wo mugisagara ca Bujumbura tutashimye gushira izina ryiwe ahabona yumvikanye ariko aridogera umusore w’umuhungu yagiye kuraba avayo atamuriye nkuko bakunda kubivuga iyo bashatse kuvuga gukora imibonano mpuza bitsina. Mu majambo yuyu mwigeme yagize ati”AHUBWO N’UMUBONO SHAA …IBAZE ?NTIYANDIYE NUKURU !!!NUMIWEE …BURYA HARACABA ABAHUNGU ABAKOBWA BAJA KUBARABA NTIBABARYE ?….YANTYEYE NUBWOBA AHUBWO SINZONASUBIRA […]

Sat B yakoze amateka indirimbo yiwe iba iyambere irabwe cane kuri youTube mu misi ibiri

Share this news

Bizimana Aboubakar benshi bazi kumazina y’umuziki nka SAT B canke Satura amabafle yongeye gukora amateka aho indirimbo yiwe nshasha”Feel Love” yabaye iyambere mu Burundi irabwe n’abantu benshi kurubuga gurukana bumenyi rwa Youtube mu gihe c’umwanya muto cane . Ibi vyabaye inyuma yaho indirimbo “FEEL LOVE”nshasha ya SAT B ishoboye gushikana abantu bayiravye ibihumbi mirongo ibiri […]

Ntibisanzwe:Umwongerezakazi yataye umugabo nabana munzu aza kugira ubugeni n’umwirabure bahuriye kuri Facebook

Share this news

Ku myaka 44 yamavuko ,umwongerezakazi Heidi Hepworth yemeye guheba umugabo wiwe hamwe n’abana biwe 9 bari bamaze kuvyarana numugabo wiwe kugira aze kwikorera ubugeni na Salieu Jallow umuhungu w’umunyaFrika wo mu gihugu ca Gambia kiri mu buraruko bwa Africa. Nkuko vyatangajwe nuyu mugore w’imyaka 44 yamavuko Heidi Hepworth yamenyesheje ko atanakimwe comubuza kuja murukundo rushasha […]

Lolilo yahambije kidum na khadja Nin mu baririmvyi ba Barundi bituma yenurira mukeba wiwe Big Fizzo

Share this news

Nzeyimana Nassor Salum benshi bazi kw’izina ry’umuziki nka Lolilo yahambije bagenzi biwe kidum na khadja Nin mu baririmvyi babarundi bamazwe kurabwa n’abantu benshi kurubuga ngurukana bumenyi rwa Youtube bituma yenurira mukeba wiwe Big Fizzo biboneka kwa kiri kure kugira ashike kuriyo ntabwe. Lolilo rero akaba yahambije ,bagenzi biwe kidum na khadja Nin mu baririmvyi babarundi […]

Bujumbura :umwigisha yapfiriye mu caha c’ubusambanyi arikumwe n’umumaraya

Share this news

Gukora ubusambanyi n’umwigeme yigurisha vyahitanye ubuzima bw’umwigisha azwi kw’izina rya Léonard Rumonge asanzwe akomoka mu Ntara ya Rumonge,aho uyu mwigisha yapfiriye mu caha C’ubusambanyi aho yari yagiye gusambana n’umwigeme yigurisha mu gice c’igisagara ca Bujumbura muri Bwiza . Nkuko bimenyeshwa ninzego z’umutekano uyu yaguye murico caha yarazwi nka Léonard Rumonge akaba yari yagorobeje kumusi wejo […]

Igishushanyo cerekana ingene igisagara ca Bujumbura kizoba kimeze mu mwaka wa 2045 cagiye ahabona :amafoto

Share this news

Mu mugambi wo gushira igisagara ca Bujumbura ku rwego mpuzamakungu ndetse no kurugero rumwe n’ibindi bisagara,Reta y’uBurundi ibifashijwemwo na PNUD Burundi hamwe n’ishirahamwe ritunganya ibisagara ryo muri Singapore rizwi nka Singapore Coopération Enterprise (SCE)basize hanze igishushanyo cerekana ingene igisagara ca Bujumbura kizoba kimeze mu mwaka wa 2045 . Mur’iki gishushanyo hategekanijwe ko mu gisagara ca […]

Cristiano Ronaldo yarose agashimye kumukinyi mwiza wa 2017 bituma abandanya kwanikira mukeba wiwe Lionel Messi

Share this news

Cristiano Ronaldo kizigenza w’umurwi wa Portugal akaba n’umusatirizi w’umurwi wa Real Madrid yongeye gutahukana akandi gashimye kumukinyi y’itwaye neza wa FIFA (BEST FIFA MAM) Aka gashimye yagaherewe mu gihugu c’uBwongereza aho yari yashitse mugice canyuma arikumwe nabakeba biwe aribo Lionel Messi wa Argentina ariko akinira umurwi wa Fc Barcelona hamwe na Neymar Junior wa Bresil […]