Vladimir Putin yishwe nagatwengo igihe umushikiranganji wiwe yamubwira aya majambo akurikira

Share this news

Mu nama nshikiranganji yariko irabera kumurwa mukuru w’igihugu ca Russia i MOSCU,umukuru w’igihugu ca Russia bwana Vladimir Putin yishwe nagatwengo biranka kwaheza gutwenga bivanye n’iciyumviro umushikiranganji wiwe w’uburimyi n’ubworozi yarashikirije bari mu nama. Ibi vyabaye mugihe Vladimir Putin yari yatumiye abashikiranganji bose bo muri Russia ngo bige ingene boduza ubutunzi bwabo kurugero rwo hejuru. Bidatevye […]

Zimbabwe:Pastor yari yavuze ko Imana yamweretse ko Mugabe azopfa itariki 17 ,yamenyesheje ko urupfu rwiwe rwegejwe imbere

Share this news

Patrick Phillip Mugadza yari yatangaje ko umukuru w’igihugu ca Zimbabwe bwana Robert Mugabe atazorenza igenekerezo rya 17 gitugutu 2017 ataritaba Imana yongeye kwisubirako amenyesha ko Imana yamubwiye ko yongerereje Robert Mugabe imisi yo kubaho inyuma yuko ikiringo yari yatanze kirangiye Robert Mugabe atanishe n’umutwe. Uyu Patrick Phillip Mugadza asanzwe akuriye akaba n’umurongozi w’ishengero rya Remnant […]

Uwasize hanze amafoto ya trump asa nuwuriko arakora imibonano mpuzabitsina ,ari mumazi abira

Share this news

Alison-jackson umumenyesha makuru akongongera akaba nagafotozi wo mugihugu c’ubwongereza ari mu mazi abira inyuma yaho yitoye ataruhusha abifitiye agashira hanze amafoto y’umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika Donald Trump ,amwerekana nkuko yariko akora imibonano mpuza bitsina. Aya mafoto ya alison-jackson akimara gushika kumbuga ngurukana bumenyi ,abasanzwe bajejwe kumenyesha amakuru mu Bueau vy’umukuru w’igihugu […]

Umukuru w’igihugu wa Gambia,Yahya Jammeh yisubiyeko yanka amatora inyuma y’imisi 8 yemeye ko yatsinzwe

Share this news

Yahya Jammeh ,umukuru w’igihugu ca Gambia akaba umwe mubakuru b’ibihugu ba Africa bivugwa batwazwa umukazo ,yisubiyeko ahakana ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu yo kuwa 01 kigarama 2016. Naho Yahya Jammeh yaheruka kwemera kumugaragaro ko Adama Barrow bahiganwa mu matora y’umukuru w’igihugu ca Gambia kwariwe yatsinze amatora yo kuba umukuru w’igihugu mushasha wa Gambia,kuruyu wa gatanu […]

Tanzania,umugore yaciye inyuma umugabo wiwe ahita amatana n’umusore bari bagiye gusambana:Video

Share this news

Mu gisagara ca Arusha kiri mu gihugu ca Tanzania ,mu gice ca Daraja mbili umukenyezi yaciye inyuma umugabo wiwe aca amatana n’umusore bariko barakora iyo mibonano mpuza bitsina. Raba Video y’ingene vyari vyifashe umugore ariko aratakamba ngo abari ngaho bamufashe babatandukanye nuwo bari bamatanye. .

Umuvugabutumwa yapompye umuti wica udukoko abayoboke biwe ababwira kwari amavuta meranda abakiza ingwara zidakira

Share this news

Umuvuga butumwa wo mu gihugu ca Africa y’epfo azwi kw’izina rya Lethebo Rabalango yakoze ibintu vyatangaje abantu benshi aho yakoresheje umuti wagenewe kwica udukoko,akawupompa abayoboke biwe ababwira kwari amavuta meranda . Lethebo Rabalango asanzwe ari umuvuga butumwa mukuru kurushengero rwa the Mountzion General Assembly mu gisagara ca Limpompo mu gihugu ca Africa Yepfo. Uyu muti […]

Igitangaza:Izina rya Jesus ryiyanditse kubicu muri Amerika izuba riva:Raba Video

Share this news

Muri Reta zunze ubumwe za Amerika,mu gisagara ca Florida habaye igitangaza aho abantu bari ngaho babonye ibintu bitangaje kugicu. Nkuko bibonekera ku masanamu Video yafashwe muruwo mwanya ,kugico co murico gisagara habonetse izina rya YESU (JESUS) riboneka ririko ririyandika ku gicu hejuru ku bicu abari ngaho bose baratangara mugihe abandi bagize ubwoba bibaza ko YESU […]

Donald Trump yarahiye ararengwa kwatorota atora amahera yumushahara ,ariko yanka kuva kumugambi wiwe wo gutuza abakorora inda nabaryamana bahuje ibitsina

Share this news

Donald Trump ,aheruka gutorwa muri Reta Zunze ubumwe za Amerika kugira abe umukuru wico gihugu agira uwa 45 kuva cabaho,yarahiye ararengwa kwatarota atora ni doral 1 gusa mu mushahara ungana ibihumbi $400.000 vy’amanyamerika(Aya akaba angana na 800 millions mumahera y’amarundi) uba wagenewe umukuru w’igihugu ca Reta Zunze ubumwe za Amerika mu kiringo c’umwaka wose. Gusa […]

Naho benshi batariko barabitahura ,Donald Trump niwe aguma aza imbere cane mu matora yo muri Amerika .

Share this news

Mu gihe muri Reta zunze ubumwe za Amerika habandanya haba amatora y’umukuru w’igihugu ,Donald Trump va mu mugambwe waba Republic asa nuwamaze gutsinda aya matora kuko biboneka neza kwarusha mugenziwe bariko barahiganwa ava mu mugabwe waba Democrate ariwe Hillary Clinton. Mubiharuro bimaze kwegeranwa no gushigwa ahabona ,mu ntara zigize 50 za Reta zunze ubumwe za […]

Yigira umukobwa kandi arumuhungu agasaba abagabo amahera kugira baryamane hagera kugikorwa nyaco ntibamenye iyo yaciye

Share this news

Umusore w’imyaka 24 yamavuko yafatiwe mugihugu ca Uganda mu gisagara ca Kampala n’igipolisi co kuri station ya Katwe kubera kwihindura akiha ishusho y’umwigeme kandi asanzwe ari umuhungu. Uyu musore yafashwe inyuma yo guhenda abagabo atari bake akoresheje ubuhinga ngurukana bumenyi nka Facebook aho yaramaze igihe ahenda abagabo atari bake akoresheje isura yiwe yihinduye umukobwa. Uyu […]