Cristiano Ronaldo yarose agashimye kumukinyi mwiza wa 2017 bituma abandanya kwanikira mukeba wiwe Lionel Messi

Share this news

Cristiano Ronaldo kizigenza w’umurwi wa Portugal akaba n’umusatirizi w’umurwi wa Real Madrid yongeye gutahukana akandi gashimye kumukinyi y’itwaye neza wa FIFA (BEST FIFA MAM) Aka gashimye yagaherewe mu gihugu c’uBwongereza aho yari yashitse mugice canyuma arikumwe nabakeba biwe aribo Lionel Messi wa Argentina ariko akinira umurwi wa Fc Barcelona hamwe na Neymar Junior wa Bresil […]

CHarles Nditije yatunze urutoke imbonerakure ,anazagiriza gushaka kugandagura impunzi :umviriza amajwi

Share this news

Ashikiriza ico agona ku nkoho zishika kuri 40 ziheruka gufatirwa mw’ikambi y’impunzi iri mu gihugu ca Tanzania Karori Nditije asanzwe ariwe aramutswa urunanini CNARED Giriteka (Conseil National pour le Respect de l’Accord d’Arusha et la Restauration d’un Etat de droit au Burundi)yashikirije amajambo asa aho dasanzwe aho yariko aravuga umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Fyonda ngaha […]

Stikk El Negro yaciye amazi abaririmvyi bose ba RNB babarundi akuramwo umwe gusa yemeza kwariwe arusha abandi kwandika ibintu bitomoye

Share this news

Stikk El Negro umuririmvyi asanzwe abarizwa mu murwi wa OVERDO TEAM FOREVER ,akaba n’umwe mubaririmvyi babarundi bazwiko kuba bazi kuririmba umudiho wa HIP HOP mururimi rw’ikinofunofu (Francais )kurusha abandi mu Burundi ,yaciye amazi abaririmvyi babarundi na cane cane abasanzwe baririmba umudiho wa RNB. Ibi Stikk yabishikiriza afatiye kukungene imiyabaga ya barundi batigera bakunda na gato […]

Pasitori Didier HAKIZIMANA yari yafuzwe kubera kwigisha ko Papa Franscisco ari igikoko akongera akaba Anti christ yarekuwe

Share this news

Pasitori Didier HAKIZIMANA yari yafuzwe kubera kwigisha amajambo atyoza umwungere mukuru wa Ekereziya Katorika bwana PAPA Franscisco ,yarekuwe inyuma yigihe kingana n’imisi 10 ari mu buroko Uyu mukozi w’Imana wo mw’shengero ryaba Adventiste b’umusi w’indwi (Adventiste du 7ème Jour)yo mu Ntara ya Bururi yari yatawe mu mvuto kw’igenekerezo rya 10 gitugutu 2017 aho igipolisi camwagiriza […]

Ngo naho abakobwa bakunda kwigana Rihanna iki kirato coco azocambara wenyene 🤣🤣🤣🤣

Share this news

Robyn Rihanna Fenty, azwi cane kw’izina ry’umuziki nka Rihanna akaba n’umwe mu bigeme babanyamuziki bakundwa cane muri Reta zunze ubumwe za Amerika hamwe no kw’isiyose yongeye kuboneka yambaye ikirato gitangaje ndetse bituma abigeme benshi mubahora bamurabirako bemeza ko iki kirato gishasha ca Rihanna batorota bacambara bivanye n’ingene gikoze. Nkuko vyibonekeje kw’ifoto Ikirato Rihanna yari yambaye […]

Laurence Ndadaye ,asigwa na Melchior Ndadaye yatunze agatoke aba Generari bagandaguye umugabo wiwe :amajwi

Share this news

Laurence Ndadaye umutambukanyi w’umuhisi Melchior Ndadaye yasavye ubutungane ko bwokora bukamuha abamugandaguriye umugago kuko abamwishe batigeze bajanwa imbere y’ubucamanza na rimwe. Umviriza mu majwi Laurence Ndadaye ingene yavyigana ngaho musi: Fyonda ngaha udukurikire kuri facebook ubandanye uronka amakuru yacu bikworoheye

Ubudagi bwahimbaje ubugeni bwabo bwambere bwababakanye bahuje ibitsina

Share this news

Igihugu c’uBudagi (Allemagne )cahimbaje kumugaragaro ubugeni bwambere bwabubakanye basanzwe bahuje ibitsina kuva itegeko rikingira abahuje ibitsina ryashirwa mungiro. Kw’igenekerezo rya 15 mukakaro 2017 niho abajejwe gutora amategeko bemeza neza ko abasanzwe bashaka kwubakana bahuje ibitsina mu gihugu c’uBudagi ko bibikora atankomanzi kandi kwamategeko azoba abikingira ndetse ko bazoba bafise uburenganzira bwo kubikora nkabandi bose basanzwe […]

Vladimir Putin yishwe nagatwengo igihe umushikiranganji wiwe yamubwira aya majambo akurikira

Share this news

Mu nama nshikiranganji yariko irabera kumurwa mukuru w’igihugu ca Russia i MOSCU,umukuru w’igihugu ca Russia bwana Vladimir Putin yishwe nagatwengo biranka kwaheza gutwenga bivanye n’iciyumviro umushikiranganji wiwe w’uburimyi n’ubworozi yarashikirije bari mu nama. Ibi vyabaye mugihe Vladimir Putin yari yatumiye abashikiranganji bose bo muri Russia ngo bige ingene boduza ubutunzi bwabo kurugero rwo hejuru. Bidatevye […]

Natacha yakoranye indirimbo n’umwamikazi w’umuziki muri East Africa,Sheebah Karungi

Share this news

Ngendakumana Natacha azwi kw’izina ryakazi canke izina ry’umuziki nka Nathacha Burundi yongeye guera iyindi ntabwe mu muziki wiwe mugukorana indirimbo n’umwe mubigeme bakomeye cane mu muziki wakarere ka Africa y’ubuseruko . Nkuko Natacha Burundi yabidutangarije ngo uyu bakoranye iyi ndirimbo yiwe ni Sheebah Karungi umuririmvyikazi wo mugihugu ca Uganda akaba nk’umwe mubafatwa nk’umwamikazi w’umuziki muri […]