Cristiano Ronaldo yarose agashimye kumukinyi mwiza wa 2017 bituma abandanya kwanikira mukeba wiwe Lionel Messi

Share this news

Cristiano Ronaldo kizigenza w’umurwi wa Portugal akaba n’umusatirizi w’umurwi wa Real Madrid yongeye gutahukana akandi gashimye kumukinyi y’itwaye neza wa FIFA (BEST FIFA MAM) Aka gashimye yagaherewe mu gihugu c’uBwongereza aho yari yashitse mugice canyuma arikumwe nabakeba biwe aribo Lionel Messi wa Argentina ariko akinira umurwi wa Fc Barcelona hamwe na Neymar Junior wa Bresil […]

Ivya Saido Berahino numumenyereza wiwe bibandanya biba urudubi ndetse umwanya n’umwanya ashobora kwirukanwa

Share this news

Kumyaka 23 gusa yamavuko Saido Berahino,umurundi ariko asanzwe afise n’ubwenegihugu bw’ubwongereza akaba n’umusatiririzi w’umurwi wa West Brom ,ibintu ntibimworoheye mu murwi asanzwe akinamwo mu cicaro cambere mu bwongereza aho atabona kumwe n’umumenyereza wiwe nibijanye na kazoza kiwe. Tonis Pulis asanzwe amenyereza umurwi wa West Brom uyu musatirizi ,Saido Berahino asanzwe akinamwo ,yagabanuye icizere cane yarafitiye […]

Bakinye Rugby bambaye uko baremwe kugira bazoronke amahera menshi yo gufasha abatishoboye

Share this news

Abakobwa hamwe n’abagore bari mu murwi w’umupira wamaboko uzwi nka rugby wa The Hitchin wo muri reta zunze ubumwe za Amerika bakoze ibidasanzwe ,baja gukina uwo mukino bambaye ubusa ,atanakimwe bambaye ndetse bameze nkuko Imana yabaremye. Aba bigeme bo muri The Hitchin bakoze ibi kugira ngo bongereza amahera mw’ishirahamwe ryabo risanzwe rifasha abatishoboye . Gukina […]

Valery nahayo yahoze ari captain w’umurwi w’intamba murugamba yabonetse yambaye ijipo bitangaza benshi:ifoto

Share this news

valery nahayo yahoze ari kizigenza w’umurwi nserukira gihugu w’uBurundi,Itamba murugamba yabonetse yambaye ijimbo bituma abantu benshi batangara. Valery nahayo yabonetse ari kukibuga c’indege mu Bubirigi kizwi nka Zaventem giherereye mu gisagara ca Brussels aho Gusa naho benshi batanguye kwibaza ivyoba vyafashe uwahoze ari kizigenza w’intamba mrugamba , Valery nahayo kugira yamabare ijipo kurundi ruhande hari […]

Komine ya Buganda yo mu ntara ya Cibitoke yarose ikibuga ca kijambere:amafoto

Share this news

Abanyagihugu bo mu ntara ya cibitoke na cane cane abasanzwe baba muri commune ya Buganda barashima cane ikibuga gishasha ca kijambera baheruka kuronka. Iki kibuga kikaba c’uguruwe kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 15/9/2016 n’umukuru w’igihugu inyuma yaho cari kimariye igihe kinini kiriko kirubakwa hifashishijwe ibikorwa rusangi hamwe n’intererano z’imvukira z’intara ya Cibitoke. Mw’ijambo umukuru w’igihugu […]

Cristiano Ronaldo yafashwe n’ishavu bituma ata mukiyaga Microphone y’umunyamakuru yashaka kumuvugisha

Share this news

Cristiano Ronaldo ,kizigenza w’umurwi wa Portugal akana n’umusatirizi w’umurwi wa Real Madrid yo muri Espagne yerekanye agashavu kadasanzwe bituma afata Microphone y’umumenyesha makuru yaraje kumubaza ibibazo arayita. Ibi vyabaye kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 22 ruheshi 2016 aho umunyamakuru Diego Torres asanzwe akorera imboneshakure CMTV yagriko aragerageza kubaza Cristiano Ronaldo ibibazo bijanye n’umurwi wa Portugal […]

Bidasubizwa inyuma ,Zinedine Zidane yafashe ingingo yo kugarukama Morata muri Real Madrid

Share this news

Umumenyereza w’umurwi wa Real Madrid ,Zinedine Zidane yatanguye kuja kw’isoko y’abakinyi mu ntumberero yo guhiga abakinyi bibihangange boza kumufasha kwubaka umurwi yipfuza ndetse anatangura gushaka kugarukana muhira bamwe mu bakinyi umurwi wa Real Madrid wari watije muyindi mirwi kugira akore umurwi ukomeye w’intamenwa. Umukinyi wambere Zinedine Zidane vyamaze kuvugwa ko yoba yamaze gushikana mu murwi […]

Ururirimbo ruhayagiza abatutsi rwasohowe na Yohani Bwejeri ruriko riravugwako vyinshi :rwumvirize ngaha

Share this news

Kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 17 ruheshi niho Yohani Bwejeri asanzwe afatwa nkumwe mu baserukira ubwoko bwaba Tutsi akunda we nyene kwita abayahudi canke abatoranijwe yashira yanze ururirimbo ruhayagiza ubwoko bwaba Tutsi. Yohani bwejeri akunzwe gufatwa nkumwe mu barundi akunda gushira amajwi hanze, cane cane ashingiye kuvyo akunda kwita ubwoko bwabatoranijwe, naho Yohani Bwejeri yaramaze […]

kumyaka 35 y’amavuko ,Samuel eto’o yakoze ubugeni:amafoto

Share this news

Samuel Eto’o umwe mubakinyi rurangiranwa b’igihugu ca Cameroune akongera akaba umwe mubakinyi babaye ibihangange kw’isi mukibanza c’umusatirizi yakoze ubugeni ava mubusore yemera kwambikana impeta na Goergette Lou bari bamaranye igihe bari kumwe murukundo. Samuel Eto’o akaba asa naho yakoze ubu bugeni bititezwe na benshi kuko yabukoze kumusi wa kabiri ndetse aza no kubukorera kure y’umuryango […]

MALIK yabaye rurangiranwa mu mupira wamaguru mu Burundi yerekanye urukundo akunda SAIDO NTIBAZONKIZA

Share this news

Uwahoze ari rurangiranwa mu mupira w’amaguru mu gihugu c’uBurundi mu myaka ya 1980 gushika mumyaka 1990 yerekanye urukundo akunda umukinyi w’umurundi asanzwe akina mucicaro ca mbere mugihugu c’uBufaransa. Uyu suwindi ni MALIK yamye ari rurangiranwa mu murwi wa VITAL’O ndetse no mu murwi nserukira gihugu w’uBurundi(NTAMBNA MU RUGAMBA) yerekanye urukundo akunda SAIDO NTIBAZONKIZA aho yasize […]