Abakunzi b’umuziki ndundi bakiranye igishika amasanamu ya “Rukundo” by Yoya Jamal kubera uburyo ikozwemwo

Share this news

Yoya Jamal umwe mubaririmvyi babarundi basanzwe bazwi cane mu Ndirimbo z’urukundo hamwe n’indirimbo zigisha kubuzima bwa misi yose yasize hanze amasanamu y’indirimbo yiwe Rukundo

Aya masanamu ya”Rukundo”by Yoya Jamal akaba yayakoreye mugihugu kibanyi c’uRwanda aho binaboneka neza kwaya masanamu yari yayitondeye ndetse akaba ariko arananezereza cana abakunzi bibikorwa vyiwe.

Raba musi mu mashusho “Rukundo by Yoya Jamal