Amerika na Russia ntibumva kumwe ikibazo kiri mugihugu c ‘Uburundi

Share this news

Mugihe TOM Malinowski, ajejwe ivyo gutsimbataza demokrasi mu bushikiranganji bwa Amerika bujejwe imigenderanire, yabariye PETERO  Nkurunziza ko ategerezwa gucimbataza  democratie mu mahoro, imbere y’amatora y’umukuru w’igihugu yo mu kwa gatandatu.

TOM Malinowski akaba yanavuze ko reta ya Amerika itazorera amaboko ahubwo izoterera kubijanye nuko umutekano wogaruka mugihugu cuburundi

tom

Inyuma yaha rero uburusiya naco gifatwa nkigihugu gikeba ca Amerika cagize ico kivuze mubiriko birabera muburundi aho Ambassador Vitaly Churkin asanzwe aserukira uburusiya yagabishije abo bose bashaka kwita mungorane zuburundi .

Nkuko tubikesha ikinyamakuru yahoo.com  bwana Ambassador Vitaly Churkin yagize ati” “it’s not the business of the Security Council and the U.N. Charter to get involved in constitutional matters of sovereign states.”

vitaly-churkin-2011-3-17-20-0-12

Nimba ushaka gusoma nikuru yose ukwiri soma ngaha :

http://news.yahoo.com/russia-u-n-security-council-stay-burundi-dispute-182312661.html

3 thoughts on “Amerika na Russia ntibumva kumwe ikibazo kiri mugihugu c ‘Uburundi

  1. It s true. How many black people are been killing by the white police because they re only black!! And no comment from Tom!!

  2. Ikibazo mfise kubwa ambassadeur Vitaly churkin,, mugihe a sovereign state like Burundi abayigize badashoboye guhuriza kuri l’interpretation de la constitution et d l’Accord d’arusha kandi les principes de la démocratie ntizubahirizwe,, abantu bagapfa abandi bakakwa uburenganzira bwabu?!! Ni nde wundi yotabara atari la Communaute internationale? ????

Leave a Reply

Your email address will not be published.