Biratangaje :yatanze amahera menshi cane kugira bamuhindure ase n’imbwa:amafoto

Share this news

Umugabo asanzwe aba mugihugu ca BRESIL yatanze amahera menshi cane kumuganga w’umuhinga mukubaga abantu kugira amuhindure amuhe ishusho u’imbwa.
Uyu mugabo wewe yashaka kwigirira isura yimbwa ,agire ishusho y’imbwa ,bisigura kwashaka gusa neza nk’imbwa ,akagira ishusho y’imbwa,akagira umunwa w’ibwa ndetse n’amatwi y’imbwa.

uyu mugabo asanzwe aba muburaruko bw’igihugu ca Bresil mu Ntara ya RORAIMA,imwe mu ntara bikunzwe kuvugwa kwabantu baho bakunda kworora imbwa cane kuko zibafasha gucunga umutekano w’ingo zabo.
Uyu mugabo icamutumye yihindura isura akayigira iyimbwa ngo harimwo ukuba asanzwe akunda imbwa cane ndetse anasanzwe arumwe mubantu bakunda imbwa zabo cane mugice asanzwe abamwo

          Ifoto yerekana uyu mugabo agifise ishusho yahawe n’Imanaatarihindura imbwa.
1

Umuganga wumu docteur mu vyerekeye kubaga abantu yakoze igikorwa kidasanzwe kugira ashobore guhindura izi ndoto zuyu mugabo ukuri.
Uyu mugabo yasizweko umunwa w’imbwa hamwe n’amatwi y’imbwa
hqdefault

ivyo vyose mukubikora bamubaze bamukuruka ibihimba vyo mumaso bamwongerako ibihimba vyimbwa
 
images                     

N’amatwi ntiyasigaye inyuma nayo bamukuyeko ayo yahora asanzwe afise bamushirako amatwi y’imbwa.

dogman

 
Inyuma yo kumukorera ivyo yipfuza vyose bakamuterako ibihimba vy’imbwa nkuko yavyipfuza ,yarose ishusho yiwe nkuko yayipfuza maze ahinduka nk’imbwa.
brazilian man dog face naijagists

 

5 thoughts on “Biratangaje :yatanze amahera menshi cane kugira bamuhindure ase n’imbwa:amafoto

Comments are closed.