Etats -unis:umwirabure yaba mwibarabara yarashwe nigipolici izuba riva :raba video

Share this news

Igi police co muri etas unis giherereye los angels vyavuzwe ko cakubise bimwe bibabaje umwirabure yari asanzwe yirarira mwibarabara kubera atari afise ahaba ,uwo mwirabure akaba yarafise akazina ngo kiritazirano ‘africa”

ivyo navyo bikaba vyasizwe kumugaragaro   numuntu yashoboye gufata video yabo ba police bariko barakubita uwo mwirabure aha akaba yabifatishije telefone yiwe ari nako kuca abishira kumugaragaro ubu rero abirabure muri amarika agashavu kakaba kaniga kuko subwambere benivyo bintu bibaye

Abi bikaba bimaze kuba nkakamenyero muri amerika kuko abirabure bakundwa gukubwitwa cane ahandi bakanaraswa bagapfa kandi kenshi usanga atakibagira.

uyu mwirabure akaba yiyongeye kubandi bari bamaze imisi baraswa nigi police  ca USA ,hakaba hanaherukwa no kuraswa umwana yariko arakinira muri park kubera yarafise igikinisho cinkoho zirya abana bakinisha

raba hasi video

3 thoughts on “Etats -unis:umwirabure yaba mwibarabara yarashwe nigipolici izuba riva :raba video

Leave a Reply

Your email address will not be published.