Igitangaza:Izina rya Jesus ryiyanditse kubicu muri Amerika izuba riva:Raba Video

Share this news

Muri Reta zunze ubumwe za Amerika,mu gisagara ca Florida habaye igitangaza aho abantu bari ngaho babonye ibintu bitangaje kugicu.
Nkuko bibonekera ku masanamu Video yafashwe muruwo mwanya ,kugico co murico gisagara habonetse izina rya YESU (JESUS) riboneka ririko ririyandika ku gicu hejuru ku bicu abari ngaho bose baratangara mugihe abandi bagize ubwoba bibaza ko YESU agarutse

Raba Video yingene yerekana ingene vyari vyifashe ngaho musi

Fyonda ngaha ubandanye ukurikira amakuru yacu.