Iri niryo jambo Donald Trump yashikirije agiheza kumenya ko yatsinze amatora :Amajwi

Share this news

Donald Trump ava mu mugabwe waba Republic niwe yatorewe kuba umukuru w’igihugu agira 45 wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika.
Inyuma yo kumva inkuru nshasha yakanyamuneza kuriwe hamwe n’umuryango wiwe Donald Trump yashikirije ijambo ridasanzwe ashimira abamufashije kugira ashike kuriyo ntsinzi yiwe.

Umviriza ijambo Donald Trump yashikirije abanyagihugu ba Amerika inyuma yo gutsinda (Ijambo riri mururimi rwigi Faransa n’icongereza)

.