Iry Tina yasize amafoto hanze yambaye uduhuzu twimbere gusa:raba amafoto

Share this news

Umuriririmvyikazi w’umurundi asanzwe akorera igikorwa ciwe cokuririmba mu gihugu kibanyi ca Uganda ,yasize amafoto yambaye uduhuzu twimbere hanze kuncuro yiwe yambere.

Iry Tina yasize aya mafoto kurukuta rwiwe rwa Facebook aho yayakurikije ubutumwa bugira buti”Relaxing… Hmmmm who wants to join me??
Happy Weekend Loverz

Iry Tina kw’ifoto

Tubibutse ko Iry Tina arumwe mubigeme babarundi bamaze gushikana umuziki w’uBurundi kure ndetse akaba amaze gukorana nabamwe mubaririmvyi bibihangange bo mugihugu ca Uganda.

Raba Indirimbo ya Iry Tina ngaha musi

.