Jeremie Minani ajejwe kumenyesha amakuru muri CNARED yabaye uwambere amenyesha kwababajwe no kubona Willy Nyamitwe yarusimbutse.

Share this news

Jeremie Minani asanzwe ajwejwe kumenyesha amakuru mu runani rwishinze kugwanira amasezerano ya Arusha hamwe no kwubahiriza ibwirizwa nshingiro ,CNARED Giriteka ,yabaye uwambere yemenga kwababajwe no kubona Wily Nyamitwe,umuhanuzi mukuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ataguye mu mutego wabitwaje ibigwanisho.

Jeremie Minani Kw'ifoto

Jeremie Minani Kw’ifoto

Abicishije kurukuta rwiwe ngurukana bumenyi rwa Facebook Yeremiya Minani yagize ati:”“En âme et conscience, comment peux-je condamner une attaque armée contre ce monstre?
Il mérite ce qu’il a eu et sa mort aurait été une justice pour les millions de burundais victimes de ces atrocités de masse que Willy NYAMITWE a toujours défendu et soutenu.”
.”

jeremy-minani

Gusa Yeremiya Minani akaba yamenyesheje kwivyo yashikirije yabishikirije kugatwe kiwe gusa atari kuruhara rwa CNARED asanzwe abereye umu commissaire ajejwe kumenyesha amakuru.

Fyonda ngaha ubandanye ukurikira amakuru yacu kuri Facebook bitakugoye