Lolilo yasize hanze amasanamu y’indirimbo yiwe nyibutsa

Share this news

Lolilo asanzwe arumwe mubaririmvyi babarundi bamaze igihe kitari gito mu muziki w’uBurundi ndetse akaba numwe mubafise abakuzi benshi bumuziki wiwe mu gisagara ca Bujumbura ndetse no muBurundi bwose ,yasize hanze amasanamu y’indirimbo yiwe nshasha “Nyibutsa”

Raba hasi amasanamu yiyi Ndirimbo ya Lolilo Nyibutsa

.