Amakuru yacu

Share this news

Bujatoday.com itanga amakuru agezweho kandi yizewe ndetse yanatohojwe neza ,Bujatoday.com iriho kukumenyekanisha ibisata vyose vy’igihugu hamwe no kuvuga ibitagenda neza mugihugu cacu ndetse no kuvuga ibigenda neza iwacu.

Amakuru bujatoday.com aba ahanini yerekeranye nibibera mugihugu cacu c’uBurundi na cane cane mugisaga ca Bujumbura hamwe no mumicungararo yaco.
Bujatoday.com iriho kubwawe no kubarundi bose muri rusangi.