Tanzania,umugore yaciye inyuma umugabo wiwe ahita amatana n’umusore bari bagiye gusambana:Video

Share this news

Mu gisagara ca Arusha kiri mu gihugu ca Tanzania ,mu gice ca Daraja mbili umukenyezi yaciye inyuma umugabo wiwe aca amatana n’umusore bariko barakora iyo mibonano mpuza bitsina.

Raba Video y’ingene vyari vyifashe umugore ariko aratakamba ngo abari ngaho bamufashe babatandukanye nuwo bari bamatanye.

.