ubu nibwo butumwa Rwasa Agathon yarungikiye Donald Trump mu ntumbero yo kumukeza kuntsinzi yaraye yegukanye

Share this news

Rwasa Agathon ,asanzwe ari mubanye politike basanzwe barwanya ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza yabaye uwambere mubatavuga rumwe n’butegetsi bw’iBujumbura akeza Donald Trump kuntsinzi yaraye yegukaye mu matora y’umukuru w’igihugu muri Reta Zunze ubumwe za Amerika.

Ubutumwa Rwasa Agathon yarungikiye Donald Trump akaba arubu buri kw’isanamu musi
cw5ohfsxeaaqvxu

.