Ubu nimbo bwiza buranga Divine ,Umurundikazi yabaye uwambere muri Europe yose aba uwakane kw’isi yose mu kwifotoza

Share this news

Mw’ihiganwa ritegurwa na “World in Black&White” ishirahamwe rigizwe n’bahinga mubijanye no gufata amafoto ryo muri Reta zunze ubumwe za Amerika ,umurundukazi niwe yatahanye ikibanza c’ambere kumugabane wa Europe atahukana n’ikibanza ca kane kurwego rw’isi yose.

Marie-Divine Ndayishimiye umurundikazi w’imyaka 21 y’amavuko,asanzwe aba mu gihugu ca Norvège n’umuryango wiwe , niwe yatahukanye ikibanza cambere kumugabane wa Europe aba uwakane ku gwego rw’isi yose mu marushanwa yo kuraba umwigeme arusha abandi kwifotoza no kugira ifoto nziza.

Marie-Divine Ndayishimiye kw’ifoto

Marie-Divine Ndayishimiye akaba yishimiye cane iki bibanza yatahukanye niraburya ariwe mw’igeme wambere w’umurundi ashoboye gutahukana ico kibanza .

Marie-Divine Ndayishimiye

Raba musi izindi foto za arie-Divine Ndayishimiye

Marie-Divine Ndayishimiye

Marie-Divine Ndayishimiye

.