ubwirakabiri bwabaye ejo bwateye ubwoba benshi:amafoto

Share this news

Ejo haheze hiriwe hari inkuru mubihugu vyinshi binyuranye nacane cane kumugabane wiburayi ko hari ubwirakabiri ,nkuko tubikesha ikinyamakuru the sun, kiramenyesha ko ubwo bwirakabiri bwashitse mubihugu bitari bike nacane cane ibihugu vyiburayi ,bisanzwe bikanya cane aho twovuga nkigihugu ca NORVEGE  .

Ubwo bwirakabiri rero ngo bwamara umwanya muutoya cane kuko henshi bwagiye bumara musi yiminota 2 gusa .

Ariko ngo naho bwamaze umwanya muto cane abantu bari benshi biteguye kugira bihere ijisho ivyo bitangaza nacane cane ko abajejwe ivyibirere bari bamenyesheje ko buza kuba ,ari nako abantu baciye baja mubibanza binyuranye kugira babashe kwibonera ivyo bitangaza tutamenyereye kubona kwiyi si ,na cane cane ko biba haheze igihe kinini

raba amafoto hasi uko vyari bimeze

20150320132253

Hariko haraboneka ukwezi gusa mugihe izuba riba ryagiye ritakiboneka kandi ari kumurango

20150320133054

 

Abantu bari benshi bariko bararaba ibitangaza biriko biraba

20150320133059

Ibwa nazo zambwitswe amirori kugiza zishobore kubona ibiriko biraba

One thought on “ubwirakabiri bwabaye ejo bwateye ubwoba benshi:amafoto

Leave a Reply

Your email address will not be published.