Wanka gusesera amaraso uburundi ibwa zikayanwera ubusa:Mè RUFYIKIRI Isidore yahamagiriye abarundi bose kwibohora:amajwi

Share this news

“Wanka gusesera amaraso uburundi ibwa zikayanwera ubusa:Mè RUFYIKIRI Isidore yahamagiriye abarundi bose kwibohora:amajwi” ayo namwe mumajambo ari mu majwi umushingantahe RUFYIKIRI Isidore asanzwe arongoye umugabwe MORENA yashikirije abarundi kugira bibohore intwaro ya Petero Nkurunziza nakarwi kiwe.

Umviriza amajwi ya RUFYIKIRI Isidore ngaho musi

Yanditse na :B2day