Yoya yaririmvye indirimbo yakaboregwe itangaza benshi kubera asanzwe atanazinwa:yumvirize ngaha

Share this news

Yoya Jamal benshi bazi mu ndirimbo nyishi cane z’urukundo ndetse zagiye zirakundwa cane mu karere ka Africa y’ubuseruko ,yasize hanze iyindi ndirimbo yiwe nshasha itandukanye nizo yahora aririmba kuko yoyo ivuga ibijanye n’akaboregwe.

Nkunda kuboregwa niyo ndirimbo nshasha ya Yoya Jamal ,ikaba iri muri zimwe mu ndirimbo cakundwa kuvuzwa mu myaka ya kera ariko Yoya Jamal akaba yayisize mumudiho ugezweho kandi utambika.
yoya-jamal

Umviriza Nkunda kuboregwa ya Yoya Jamal ngaho musi

Fyonda ngaha ubandanye ukurikira amakuru yacu bikworoheye cane kuri Facebook yacu :Bujatoday.com